Trump yategetse ko urukuta rwubakwa ku mupaka uhuza Amerika na Mexique.
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Perezida Trump yategetse ko urukuta rwubakwa ku mupaka uhuza Amerika na Mexique. Nyamara kuri uwo mupaka hasanzweho inkuta n'inzitiro.