Abarundi n'abanyarwanda biga i Kampala
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubuzima bw'abanyeshule b'abarundi n'abanyarwanda biga i Kampala

Ubuzima bw'abanyeshule b'abarundi n'abanyarwanda biga i Kampala baravuga ingorane bahura nazo, igituma bahisemwo kuja kwiga mu gihugu c'Ubuganda kandi hari kaminuza itanga ivyo biga mu bihugu vy'amavuko, bakavuga n'ingorane bafise zijanye n'ururimi rw'icongereza.