Perezida Buhari yavuganye na Trump

Ikibazo ca Boko Haram kiri mu vyo baganiriye Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Perezida Buhari yavuganye na perezida Trump kuri terefone

Mw'itangazo ryasohowe n'ibiro vya perezida wa Nigeria, biravugwa ko yavuganye na perezida Trump ku kibazo co gutanga ibikoresho vya gisirikare bigenewe kurwanya iterabwoba.

Igisirikare ca Nigeria kiriko kigerageza kurwanya umutwe wa Boko Haram.

Bwana Buhari asanzwe ari kwivuza mu gisagara ca Londres ariko ikibazo afise nticameneyshejwe.

Muri Nigeria havuzwe vyinshi ku bijanye n;amagara yiwe.

Uwundi yateganya kuvugana na Trump uyu munsi n'umukuru w'igihgu wa Afrika y'epfo Jacob Zuma.