Imvo n'imvano yo kuwa 18/03/2017
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umukuru wa CVR mu Burundi aganira n'abanywanyi ba BBC

Umutumire w'imvo n'imvano yo kuri uyu wa gatandatu, musenyeri Jean Louis Nahimana, yakiriye ibibazo n'ivyiyumviro vy'abanywanyi ba BBC cane cane ku gikorwa co kwimba ahakekwa ibinogo rusangi, vyahambwemwo abazize ubwicanyi bufatiye ku ndyane zabaye mu Burundi.