FBI nta gihamya ifite ko Obama yumvirije itumanaho rya Trump
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

FBI nta gihamya ifite ko Obama yumvirije itumanaho rya Trump

Umukuru w'urwego rushinzwe iperereza imbere muri Leta zunze ubumwe za Amerika, FBI, yavuze ko urwego ashinzwe nta gihamya rwigeze rubona ku bivugwa na Perezida Trump ko telefone ze zumvirijwe n'ubutegetsi bwa Obama mu matora y'umwaka ushize.