Igitero cy'iterabwoba imbere y'intekonshingamategeko i Londres
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Igitero cy'iterabwoba imbere y'inteko nshingamategeko i Londres mu Bwongereza

Igipolisi cyo mu Bwongereza kiravuga ko abantu bane baguye mu gitero cy'iterabwoba cyagabwe kuri uyu wagatatu imbere y'inteko nshingamategeko abandi bantu byibura 20 bagakomereka.