Urukurikirane rw'abaririmvyi b'inararibonye: Daniel Bihurugu
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

BBC yatanguye ibiganiro ivugishamwo abaririmvyi rurangiranwa nka Daniel Bihurugu.

BBC irabandanya gushikiriza ibiganiro vy'abaririmvyi b'inararibonye. Uno mugira mukurikirane ni umuririmvyi Daniel Bihurugu yakoze indirimbo zirenga 60, zirimwo izihayagiza igihugu c'U Burundi. Hano aganira na Cyriaque Muhawenayo, akaba yabanje kumubaza igihe yatanguriye kuririmba.