Imvo n'imvano yo kuwa 25/03/2017
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikiganiro ku mikorere y'umurwi CVR ushinzwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi.

Muri iki kiganiro BBC yongeye guhuza umukuru w'umurwi CVR ushinzwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi - Mgr Jean Louis Nahimana - n'abafite icyo babaza cyangwa bunganira uwo murwi.