Violette Uwahoro yarekuwe: umviriza inkuru ngaha
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Violette Uwahoro yarekuwe: umviriza inkuru ngaha

Nyuma y'umunsi umwe sentare ifashe ingingo yo kumurekura vy'agateganyo, Madame Violette Uwamahoro yasohotse ibohero mu gitondo c'uno munsi.