Kuba arwaye SIDA nticamubujije gutwara ikamba
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Horcelie Sinda aturuka muri DR Congo yatwaye ikamba ry'ubwiza Miss Congo UK

Ibirori vya Miss Congo UK, ni ibirori biba buri mwaka vyo guhaya ubwiza, umuco n'akaranga.

Ariko intsinzi y' uyu mwaka yakoze ku mitima y'Anyafrika bugarijwe n'ikibazo ca SIDA