Yakuwe mundege bamukurura!
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Video yerekana umugabo yakuwe mu ndege bamukwega yatangaje benshi

Worindira ko bagukura ku nguvu, mu gihe usanze ibibanza vyuzuye bakagusaba gusohoka n'ubwo woba warishe?

Canke wokwemera guhebera abandi hamwe batumebreye wewe bakabigusaba?

Ubivuzeko iki