Uwamahoro aravuga uko vyamugendeye mu Rwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Violette Uwamahoro yiganiye BBC uko yatawe mu mvuto

Umupfasoni Violette Uwamahoro amaze gushika mu muji wa Leeds avuye mu Rwanda aho yatawe mu mvuto aregwa ivyaha birimwo guhungabanya umutekano w'igihugu, yasobanuye uko vyamugendeye.

Mutege amatwi