Babayeho nk'impfuvyi kubera ubukene
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ica kabiri c'abana muri Lombok bakura batabona abavyeyi

Abana bagera ku bice 50% mu gace ka Lombok muri Indozeniya bakuze batabona abavyeyi babo, kuko baja kurondera imibereho ahandi.

Abenshi baja mu bihugu vy'amahanga.

BBC yagendeye ako karere ka Lombok, kazwi ko ariko ka mbere gaturukamwo abantu baja kurondera imibereho mu mahanga.

Raba hano.