Imisozi y'umwavu yahitanye abantu muri Colombo

Amazu agera ku 100 yapfutswe n'iyarara Uwufise ububasha kw’isanamu AFP/Getty Images
Image caption Abasirikare bariko bagerageza gukura abari munsi y'umwavu

Amatoni y'ibirundo vy'iyarara ryaboze yasenyukiye ku mazu agera kw'ijana mu micungararo w'umugwa mukuru wa Sri Lanka Colombo.

Ivyo vyago vyabaye mu gihe abantu bari mu minsi mikuru yo kwigina umwaka wabo mushasha.

Iryo yarara ryari rakomanzwe n'umuriro hamwe n'imvura nyinshi.

Abasirikare baharugwa mu majana bariko abrarondera abakiri munsi y'uwo mwavu.

Leta yatangaje ko ata yarara risubira gutabwa ngaho hantu.