Inararibonye muri ruhago
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Bamwe mu bakinyi ba kera b'Urwanda bageze mu mahanga

BBC iherutse gusanga bamwe mu bahoze ari ibihangange mu mupira w'amaguru mu Rwanda, baba mu mahanga.

Yaganiriye na bo bavuga uko babona ubudasa hagati y'umupira uko bawuzi mu myaka yabo ya 1990s mu Rwanda, n'uko babona ibintu ubu.

Babigereranya bate?

Umva kano ka video, naho ikiganiro gikuru ni mu mvo n'imvano.