Abakobwa ba Chibok bamaze imyaka 3 banyurujwe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abakobwa ba Chibok bamaze imyaka 3 banyurujwe

Haraheze imyaka itatu Boko Haram itwaye abakobwa 270 bo mw'ishure rya Chibok muri Nigeria.

Abenshi muri abo bakobwa n'ubu ntibaramenyekana irengero.

N'ubwo hakiri ubwoba, ubuzima muri Chibok burakomeza, n'abarokotse bamwe barashaka gukomeza amashure.