Indege yahitanye 5 muri Partugal

Tires ni hafi ya Lisbone nko ku km 20 Uwufise ububasha kw’isanamu Google
Image caption Tires ni hafi ya Lisbone nko ku km 20

Ibinyamakuru vya Portugal bimenyesha ko abantu batanu bahitanywe n'indege yaguye, barimwo umudereva, ingenzi zitatu zarimwo hamwe n'umushoferi w'ikamyo yaguyeko.

Iyo ndege ayriko yerekeza muri muji wa Marseill mu Bufaransa.

Abo bantu yari itwaye barimwo Abafaransa n' umuswise.

Icatumye iyondege igwa ariho yari igitangura guhaguruka ntikiramenyekana.

TUres ni ku birometero 20 uvuye mu muji wa Lisbone.