Umugambi AGATEKA wahawe igihembo
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umugambi AGATEKA, wo mu Burundi watahukanye igihembo

Mu kiganiro c'abagore co kuru uyu wa gatatu, BBC yaganirije Francoise Nibizi, umurundikazi yabaye intatangwa mu gufasha abakobwa n'abagore kubona ibikoresho vy'isuku bifashisha mu gihe co kuja mu butinyanka, mu mugambi yise AGATEKA.

Francoise Nibizi, aherutse guhabwa igihembo n'ikigo gikomeye Johnson and Johnson co muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika kubera ivyo bikorwa vyiwe.

Muti umugambi AGATEKA bawugomwe iki?

Ico gihembo kingana gute kizomara iki?

Tega amatwi Francoise Nibizi, arabisobanura.