Abarwanyi ba IS baharugwa mu majana bakuwe muri Damascus

Abakuwe Damscus baja mu biabnza bicungwa na IS Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Mu biganiro vyabereye Khazakistani hagati y' Uburisya na Iran, abaserukira IS bari bivumbuye

Abagwanyi ba IS bariko bakurwa mu karere ka Barzeh mu buraruko bw'umugwa mukuru Damasacus, nk'uko uwo mugwi wavyumvikanye na leta ya Syria.

Abarwanyi bariko barakurwa mu bibanza bimwe bimwe nk'uko, abimugwa bagaca bajanwa mu bibanza bigisigaye bigenzurwa n'abagwanyi nyene biri mu ntara ya Idlib.

Barzeh n'agace kari mu buseruko mu karere ka Ghouta mu micungararo ya Damsascus, abo bagwanyi basigaranyemwo ibirindiro.

Aho niho hamaze igihe ari ikirimbiro ry'intambara muri aya mezi aheze.