Emmanuel Macron, niwe muto mu baperezida?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Macron aciye umuhigo mu gutwara Ubufaransa akiri muto

Emmanuel Macron yaciye umuhigo wari umaze imyaka 170, wari ukiri kuri Louis-Napoléon Bonaparte, yatwaye afise imyaka 40 mu 1848.

Turaraba ikibanza ciwe, ugereranije n'abandi bategetsi bakiri bato bo mu bindi bihugu vyo kw'isi.