Ubushinwa bwemereye inkunga u Burundi

Icegera c'umukuru w'igihugu c'Ubushinwa Li Yuanchao yakiriwe n'icegera c'umukuru w'igihugu c'Uburundi Gaston Sindimwo
Image caption Icegera c'umukuru w'igihugu c'Ubushinwa Li Yuanchao yakiriwe n'icegera c'umukuru w'igihugu c'Uburundi Gaston Sindimwo

Visi perezida w'Ubushinwa , Li Yuanchao, uri mu rugendo mu Burundi yabanonanye n'abayobozi b'icyo gihugu barimo Perezida Petero Nkurunziza.

Mu kiganiro yahaye abanyamakuru nyuma y'umubonano na Perezida Nkurunziza, Bwana Li Yuanchao, yatangaje ko igihugu cye cyemereye u Burundi inkunga yo mu rwego rw'ingengo y'imari

U Burundi buzishyura iyo nguzanyo budatanze inyungu.

Ubushinwa kandi bwemeye gutera inkunga u Burundi mu rwego rw'ubuhinzi, ubworozi n'uburezi.

Ugufashanya hagati y'uburundi n' ubushinwa kwatanguye kuva mu 1963.

Image caption Icegera c'umukuru w'igihugu w'Uburundi Gaston Sindimwo aha akaganuke Bwana Yuanchao