Yakoze ubukwe atawe bubakana ahari
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Q May Chen yabaye umugeni ... ariko nta mukwe

Inyuma yo gusuzumwa cancer yo mw'ibere igeze kure, Q May Chen, yahisemwo kwitunganiriza ubugeni n'ubwo atawe yari afise bubakana, kuko yari abifise nk'indoto kuva kera, akabona ko igihe cariko kiramuherana.

Amafoto y'ubukwe bwiwe, yegeze henshi hirya no hino kw'isi, akora ku mitima ya benshi.