CAR: Minusca yiziziwe n'ibitero

Minusca Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Centrafrique yarungikiwe urwego Minusca muri 2014

Igitero cakomerekeje umusirikare w'urwego rw'ishirahamwe mpuzamakungu ONU rwagiye kugarura amahoro muri Centrafrique cagabwe aho abandi basirikare batandatu ba Minusca bahuruitse kwicigwa.

Minusca imenyesha ko kimwe mu bigo vyayo vyiziziwe n'igitero c'amasasu cahitanye umusirikare w'urwo rwego aturuka muri Maroc.

Indyane haagti y'imigwi mikeba muri Centrafrique zimaze guhtana abantubarenga ibihumbi mirongo itatu.

Ishirahamwe ry'abaganga baragira imbebe -MSF, risaba ko izontambara zohagarara rikaronka n; inzira yo kuja gutabara abakomeretse.