Impunzi z'abanyekongo zituzwa muri Amerika zaragabanutse
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Impunzi z'abanyekongo zituzwa muri Amerika ziva mu Rwanda zaragabanutse

Muri iki cyumweru hagiye impunzi 18 zo mu nkambi ya Kiziba mu burengerazuba bw'Urwanda. Umubare w'abagenda uragenda ugabanuka.