Umugore ashushanya akoresheje impapuro z'ibinyamakuru
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umugore ashushanya mu mpapuro z'ibinyamakuru

Uwase Christa ashushanya yibanda ku bibazo vy'abagore mu mpapuro z'ibinyamakuru agenda yomekanga gushika akwize igishusho. Avuga ko akoresha amabara atandukanye canke agapfa kwomeka ukwo bimujemwo akoresheje uburembo.