Kuva mu gucuruza imikate... ukaba umu model
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Olajomoke, umugore wo muri Nigeria, ubu ni icamamare kandi yahora agurisha imikate

Olajomoke, umugore wo muri Nigeria, ubu ni icamamare kandi yahora agurisha imikate kw'ibarabara, aho ubuzima bwari bugoye cane. Ariko ubu ni icamamare muri Afrika y'uburengero.