Atunzwe no kwiranga ku mbuga nkoranyambaga
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Kwiyerekana ikibiriraho ku mbuga vyamuviriryemwo umwuga

Gutangaza ivyo bakora ikibiriraho, birimwo udukino, kuganira n'ababakwirikira ku rubuga nkoranyambaga, ngo bituma bamwe bahatungira mu gihugu c'Ubushinwa.

Lele Tsao asigaye yabigize umwuga.