Indege yatibukiye hafi y'ikibuga c'indege ca Ndjili i Kinshasa

Abasirikare 10 baguyemwo Uwufise ububasha kw’isanamu BBC Swahili
Image caption Indege ya gisirikare yakorokeye hafi y'ikibuga c' indege ca Ndjili i Kinshasa

Abajejwe ikigo c'indege muri Republika iharanira Demokarasi ya Congo bamenyesha ko hari indege ya gisirikare yatibutse, ihitasna bantu icumi barimwo.

Iyo ndege yatibutse kubera vyanse ko ihaguruka neza iva ku kibuga c'indege ca N'djili, mu mugwa mukuru Kinshasa, itibukira mu micungararo ya Nsele.

Ntibizwi neza nimba hari bantu yoba yaguyeko bari hasi, yoba yahitanye canke yakomerekeje.

Umuyobozi w'ikibuga c'indege ca Kinshasa avuga ko iyo ndege yari mu bwoko bw'izikorera imizigo.