BBC abagore 100 bihariye: Lydia Nsekera
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

BBC abagore 100 bihariye: Lydia Nsekera

Mu rukurikirane ngarukamwaka rwa BBC ku bagore ijana bihariye, twaganiriye na Lydia Nsekera, umugore wa mbere mu Burundi washoboye gucengera mu mirimo ubundi yiganjemo abagabo.

Yabaye umuyobozi w'ishyirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi aba umugore wa mbere wanjiye mu mugwi nyobozi w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi, FIFA.

Lydia Nsenkela yasiguriye Prime Ndikumagenge ibanga yakoresheje kugira ashike kuri urwo rwego.