Amenyo y'ibijigo ya muzitsa haba hari ibibazo atera?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikiganiro Bazamuganga ku menyo ya muzitsa.

Mu kiganiro Bazamuganga, BBC yaganiriye na muganga Josee Uwamariya ku menyo yitwa muzitsa.

Ni amenyo y'ibijigo amera nyuma y'ayandi. Ayo menyo amaze iki? Haba se hari ibibazo ateza?