Igisagara ca Sydney mu bushuhe bwinshi bwa mbere mu myaka 79

Spectators sit in the sun as Sydney experiences a heat wave during day four of the Fifth Test match in the 2017/18 Ashes Series between Australia and England at Sydney Cricket Ground, 7 January 2018 Uwufise ububasha kw’isanamu AllSport/Getty Images
Image caption Igisagara ca Sydney mu bushuhe bwinshi bwa mbere mu myaka 79 iheze

Igisagara ca Sydney co muri Australia catewe n'ubushuhe burenze urugero butari bwigere buboneka mu myaka 79 iheze, bukaba buri ku gipimo ca 47.3.

Ababa mu karere ka Penrith kari mu burengero bwa Sydney barondeye iyo bahungira inyuma y'aho uterewe n'ubushuhe burenze urugero ku musi wa mungu.

Igabishwa ko hashobora kwaduka umuriro mu gisagara ca Sydney kandi hakaba habujijwe kwatsa umucanwa muri ico gisagara.

Ibipimo vy'umuriro vyegereye cane ivyo mu 1938 vyashize kuri 47.8.

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Icuma co gupima ubushuhe
Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Abantu bari ku musenyi i Sydney