Anique Kabatesi, umuhinguzi w'imideri yihariye
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Anique Kabatesi ahingura impuzu n'ibindi bijanye n'inyambaro akoresheje ibiti

Anique Kabatesi ahingura impuzi n'ibindi bijanye n'inyambaro akoresheje ibiti kandi ivyo akora bikundwa na benshi, harimwo abantu bakomeye nkumukuru w'igihugu.

Kanda ngaha urabe amwe mu masanamu y'impuzu zihihungurwa na Anique Kabatesi

Ibindi bisa n’ibi