Isaha y'isi: Amatara yazimijwe mu kubungabunga ibidukikije

Amatara yazimijwe isaha imwe nkuko bikogwa ku mwaka kugira ngo bakangurire abantu ku kibazo c'ihindagurika ry'ibihe.

Isekeza rikogwa kw'isi yose ryiswe "Earth Hour" ryatanguye mu 2007 mu gihugu ca Australia, rikaba rikurikizwa mu bihugu 187, nkuko abariteguye bavuga.

Hano munsi murabona ibibanza amatara yazimijwemwo kw'isi ku munsi wa Gatandatu itaruiki 24 Ukwezi kwa Gatatu mu 2018.

I Sydney muri Australia - ku bibanza vya Harbour Bridge na Opera House

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

I Beijing mu Bushinwa - Ku kibuga c'umupira w'amaguru National Stadium (the "Bird's Nest")

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

I Kuala Lumpur muri Malaisie - ku nyubakwa Petronas Towers

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

I Taipei muri Taiwan - Ku nyubakwa Taipei 101

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

I Singapour - Ku biti Supertrees

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters

I New Delhi mu Buhindi - Ahitwa India Gate

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP/Getty
Uwufise ububasha kw’isanamu AFP/Getty

I Moscou mu Burusiya - Kw'isengero Christ the Saviour Cathedral

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

I Minsk muri Biélorussie - Kuri The Bolshoi Opera na Ballet Theater

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

I Roma, mu Butaliyano - Kuri Colosseum

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP/Getty
Uwufise ububasha kw’isanamu AFP/Getty

I Athènes mu Bugiriki - Ku ngoro Parthenon

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters