Ingeso yo kunyuruz'abantu yadutse iRwanda

Image caption rwanda flag

Uwabonye ubwambere uwo mwana w'umucuko yari yatawe mw'ishamba riri mu micungararo y'igisagara ca Kuigali mu gace ka Masaka, n'umwungere, yaciye amushikiriza abagore.

Mu gihe polise yariko irakora itohoza aho imariye kumenya izimira ry'uwo mwana, abo bagore bayirangiye uwamuzanye, nawe abereka aho yamutoye.

Polise yarakurikiranye, aratora abamutwaye, ariko guta muri yompi abasore babiri bakekwa ko ico caha co kumunyuruza.

Umwana yaciye ajana kwa muganga kigo ca Kacyiro, kugira basuzume niba har'ico akeneye gufashwa kijanye no guhungabanywa n'iryo hohoterwa.

Amategeko y' Urwanda ateganya igihano kiva ku munyororo w' imyaka 10 umuntu afashwe yagirizwa bwn' ico caha co kunyuruza umuntu.