Abarwanya Gaddafi bazungurutse Sirte

Ikirindiro c'abarwanyi Uwufise ububasha kw’isanamu AFP Getty Images
Image caption Ikirindiro c'abarwanyi hagati ya Misrata na Sirte

Abarwanya leta ya Colonel Gaddafi buguruye urundi ruhande rw'intambara amaja mu bumanuko.

Umunyamakuru wa BBC ariyo avuga ko humvikanye amasasu hamwe hamwe, ariko akibaza ko yob ayar'ayo imirwi yitanze imbere kurab aho abayoboke ba colonel Gaddafi bari.

Inama nkuru y'igihugu nfatakibanza yahaye ingabo za Gaddafi kugeza ku munsi wa gatandatu kugira babe bashize hasi ibirwanisho.

Umuvugizi wa Colonel Gaddafi yavuze ko ata masango ntabanduka bazokwemera aturutse ku bo yise imbwa zitwaje ibirwanisho .