Ubwongereza bwarungikiye Kenya umupastori arerwa kwiba abana

Gilbert Deya Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Gilbert Deya

Leta y'ubwongereza yemeje ko igiye gushira mu maboko ya Kenya umugabo yivugiye ko ari musenyeri, yemeza ko ashobora gukora ibitangaza mu gufasha imiryango yagumbashe kuvyara abana.

Uwo mupastori Gilbert Deya, aregwa n'ubutegetsi bwa Kenya ko yanyuruje abana batanu abakura mu bitaro.

Bwana Deya yariyagerageje guhangana n'ico cemezo co kumutwara kuburanira muri Kenya, yemeza ko ashobora kwicw aurubozo canke akagirirwa nabi.