Prezida Kagame yahinduye abategetsi

Prezida Kagame yahinduye abategetsi Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Prezida Kagame yahinduye abategetsi

Perezida w'u Rwanda Paul Kagame yahinduye bamwe mu bayobozi bakuru b'igihugu barimo umushikiranganji wa mbere, Umuvunyi mukuru, n'icyegera cy'umukuru w'inama nshingamategeko.

Umushikiranganji wa mbere Bernard Makuza, icyegera cy'umukuru w'inteko nshingamateka Jean Damascene Ntawukuriryayo n'umuvunyi mukuru Tito Rutaremara bagizwe abakenguzamateka.

Umushikiranganji wa mbere mushya yabaye Pierre Damien Habumuremyi wari umushikiranganji w'uburezi.