Kolo na Yaya Toure iwabo

Yaya Toure arasabwa kujya gukinira igihugu Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Yaya Toure arasabwa kujya gukinira igihugu

Umutoza w'umurwi nserukiragihugu wa Cote d'Ivoire Francois Zahoui yanze icyifuzo cy'umurwi wo mu Bwongereza Manchester City cyo gukinisha Yaya na Kolo Toure ku mukino wo guhatanira igikombe FA uzaba ku cyumweru mu Bwongereza.

Bwana Zahoui yabwiye BBC ko abo bakinnyi igihugu cyabo kibakeneye kwitegurira imikino ya nyuma y'igihugu cy'ibihugu by'Afrika izatangira kw'itariki 21 z'uku kwezi.

Abo bakinnyi ngo bagomba kuba bageze i Abu Dhabi kuwa gatandatu aho bazamara ibyumweru bibiri bari mu myiteguro.