Papa yagenye aba karidinari bashasha

Papa Benedicto wa 16
Image caption Papa benedicto wa 16

Mu ba cardinari 22 bagenywe, bamwe mur'abo bazoronka uburenganzira bwo gutora papa muri bo.

Ushize mwo abo bashasha bagenywe, papa Benedicto wa 16 yashizeho abarenga ica kabiri c'abazoshobora gutora umunsi uri izina, uwuzoba umuyobozi wa ekleziya gatorika kw'isi.