Sudani y'epfo yanse gukura ingabo Heglig

Ibiherutse kuvugururwa: 12 ukwa kane, 2012 - 14:00 GMT
Trogi

Imodokari yaturiwe n'igsasu catewe Trogi mu ntambara yo bumanuko bwa Kordofan

Perezida Salva Kiir avuga ko agiye kurungika abasirikare mu kindi gice ca Abyei kirimwo amariba y'ibitoro batatira na Repubulika ya Sudani.

Perezida Kiir avuga ko ata ntamabra ashaka hagati yiwe na leta ya Khartoum, ariko ngo kubera Sudani y'amaj'epfo yari yatewe, ngo yabwirizwa kwirwanako.

Mugenzi we wa Repubulika ya Sudani Omar Al Bashir, avuga ko Sudani y'epfo yahisemwo inzira y'intambara ku kosho k'amahanga.

Kuva ejo Sudani yariko irategura ingabo kugirango yongere gufata Heglig, akarere karimwo ia kabiri c'umwimbu w'ibitoro vyayo.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.