France: Sarkozy arasozera imyiyamamazo

 Holland - Sarkozy
Image caption Holland-Sarkozy

Perezida w'Ubufaransa Nicolas Sarkozy yasozereye igikorwa co kwiyamamariza amatora y'umukru w'igihugu yo ku munsi w'Imana.

Igendereza rifatiye ku vyo abanyagihugu biyumvira rimuha amahirwe yo gutorwa ashaka kungana n'aya mukeba wiwe Francois Hollande wo mu mugambwe w'aba socialistes.

Ariko rero biravurwa ko Francois Hollande ashobora gutsinda haramutse hanbaye amatora agira kabiri.

Ica kane c'abafaransa ndetse ngo ntirashobora kwetrekana aho bahagaze mur'aya matora.

Ibibazo vy'ubutunzi nivyo vyarane ahanini igikorwa co kwiyamamaza kw'aba abanya politique