Ibirori vyo kugurura Olympic biri hafi

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Amashusho y'abazofasha kubushake mu mikino ya olympics

Imice ibiri y'ama tickets azinvye kurusha ayandi, arenza ama dolari 3000, ntaragurishwa.

Umunyamakuru wa BBC avuga ko bikomeza kugaragara ko ayo ma tickets atazogurwa.

Abajejwe gutunganya izo nkino bavuga ko hazofatwa ingingo ejo kuwa gatanu, kuco ayo ma tickets ataguzwe azokoreshwa, ariko yizigiza abantu ko ata ntebe zizoguma zigaragara.