Igisasu i Damas cahitanye 12

Ibiherutse kuvugururwa: 28 ukwa munani, 2012 - 15:21 GMT
Igisasu caturitse i Jaramana muri Syria

Igisasu caturitse i Jaramana muri Syria

Televesion ya leta ya Syria ivuga ko igisasu giteze mu muduga cahitanye abantu cumi na bibiri ku maziko ku murwa mukuru Damas.

Amakuru avuga ko ari igitero c'abakozi b'iterabwoba i Jaramana, mu bumanuko bushira ubuseruko bwa Damas.

Ako gace gatuwe n'aba Druze, aba Kristu hamwe n'aba Islam.

Umwe mu bategura ibikorwa vyo kwiyamiriza leta ya Syria, yavuze ko abantu babiri bariko barashingurwa muri ayo maziko bari abashigikiye umukuru w'igihugu Assad.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.