Abimukira 60 bishwe n'ubwato hafi ya Turkiya

Ibiherutse kuvugururwa: 6 ukwa cyenda, 2012 - 15:31 GMT
Turkye

Aho ubwato bwarohamye ku nkengera za Turkiya

Abatagetsi ba Turkiya bikeka ko abantu barenga 100 boba bari mu bwato bwagenewe kuroba igihe bwaseka ibitandara hafi y'inkengera z'intara ya Izmir muri Turkiya.

Bamwe mu ngenzi barashoboye koga kugera ku nkengera, barimwo uwari atwaye ubwato yaciye aba arafunzwe.

Turkiya n'inzira abinjira mu bihugu vya Bulaya bidaciye mu mategeko bakunda gukoresha.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.