Ebola imaze guhitana abarenga 30 muri DRC

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa cyenda, 2012 - 13:46 GMT
Ebola

Uko umugera wa Ebola uboneka

Abantu barenga 70 bamaze kumenyekana ko bafashwe n'ikiza ca Ebola, uretse abamaze kwitaba Imana.

Uhagarariye OMS Gregory Hart avuga kw'ibintu bimeze nabi muri Congo kur'iyo ngwara ya Ebola.

Iyo ngwara yafashe abantu bo mu duce tw'imiji ya Isiro na Viadana mu buraruko bw'igihugu.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.