Burundi: abaforoma bari mu myigaragambyo

Ibiherutse kuvugururwa: 17 ukwa cyenda, 2012 - 16:52 GMT
Ibendera ry'u Burundi

Ibendera ry'u Burundi

Mu Burundi abaforoma bakora ku bitaro Prince Regent Charles uno munsi bahagaritse akazi basaba ko amahera bakatwa ku mishahara kugira bitegekanirize kazoza canke barihe amadeni bafashe mu mabanki ashika iyo ategerezwa kuja.

Abo baforoma bavuga kandi ko reta iheraniye ibitaro imiriyaridi zibiri bigatuma ibitaro bidashobora kugura ibikoresho. Abo baforoma basanze bagenzi babo bo mu bindi bitaro clinique prince Louis Rwagasore bamaze indwi barahagaritse akazi

Pacifique Karibwami, ukuriye abaforoma aravuga ko hashize amezi 7 batariha ayo mafaranga

Leta ngo ifitiye ibitaro miliyaridi 2 z'amafaranga y'amarundi, ngo byakira abanyururu, abapolisi n'abasirikare ariko leta ntirihe amafaranga yabo.

Ibyo bitaro nibyo biraza abantu benshi i Bujumbura kuko bifite ibitanda 600.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.