Imirwano irakomeye muri Syria

Ibiherutse kuvugururwa: 19 ukwa cyenda, 2012 - 17:01 GMT
Imirwano i Aleppo muri Syria

Imirwano i Aleppo muri Syria

Abarwanya leta ya Syria bivugwa ko bafashe uwundi muhora uri mu buraruko bw'igihugu, ujabuka urubibe werekeza muri Turkiya.

Ibi bibaye nyuma y'imirwano ikomeye hagati no mu micungararo y'umuji wa Aleppo, i Damas no hagati ya Syria, hamwe no mu bindi bice vyinshi.

Umushikiranganji wa Irani ajejwe imigenderanire, ari ku murwa mukuru Damas kuganira ku kuntu hoboneka umuti wa politike kuri iki kibazo.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.