Ingabo za Kenya zarashe abanya Somalia

Ibiherutse kuvugururwa: 24 ukwa cyenda, 2012 - 18:44 GMT

Ingabo za AMISOM

Igisirikare ca Kenya Kivuga ko uko kurasa kwakwirikiye gatoyi inyuma y'aho izo ngabo za Kenya zirwiriye mu mutego w'abarwanyi b'umurwi wa Al shabaab, wahitanye umusirikare umwe.

Ivyo vyabereye mu gace kari hanze y'umuji wa Kismayo, umuji munini usigayemwo abarwanyi ba Al shabaab.

Hagt'aho umuhari Hizbul Islam wahora urwanira hamwe na Al shabaab yameneysheje ko kuva ubu wavavanuye na Al shabaab

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.