Igitero muri Park Virunga muri Kongo cahitanye umunani

Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa cumi, 2012 - 13:13 GMT
Umukozi wo muri Park ya Virunga ari kumwe n'ingagi

Umukozi wo muri Park ya Virunga ari kumwe n'ingagi

Abantu umunani biciwe mu gitero c'aba Mai Mai muri republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo muri park ya Virunga ituwe n'ingagi.

Abakozi babiri bacungera iyo park hamwe n'umusoda umwe bari muri abo bishwe, igihe barasana n'abarwanyi b'aba Mai Mai.

Abajejwe iyo park bavuga ko ukwiyongerwa kw'imirwano mu karere ko mu buseruko bwa Kongo muri ano mezi, kwatumye ibitero vy'abahiga inyamaswa zicungerewe vyiyongera, co kimwe n'ubwicanyi bw'abakora muri iyo park.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.