Igitoke ngo gishobora guzosubirira ikirayi

Ibiherutse kuvugururwa: 31 ukwa cumi, 2012 - 18:43 GMT

Ibitoke

Ibakora ubushakashatsi ku bifungurwa babona ko ibitoke bishobora kuzohava vyimbuka cane kuber'ikibazo co gushuha kw'ikirere.

Igitoke ngo gishobora kuzohava gisubirira ibiraya, igiterwa gisanzwe gitunze abantu benshi ariko cimbuka cane mu bice bikanye.

Ibindi biterwa bishobora kugabanuka n'imyumbati ishobora gukoreshwa mu kibanza c'ingano mu gice ca Aziya, n'inkore mu kibanza ca soja muri Afirika.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.